BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
Burundi: Bamwe mu Barundi baba i Bulaya bavuga ko bakumiriwe mu matora buca aba
Bamwe mu Barundi baba mu Bubiligi, igihugu giharurwamwo Abarundi barenga ibihumbi 30, be no mu Bufaransa, bavuga ko vyari vyiza ko bitabira aya matora ariko ko ata bigeze babashikira kugira ngo babasigurire imigambi yabo.
Meghan yashize hanze amafoto mashasha y'umuganwakazi Lilibet ku munsi ahimbaza imyaka 4 avutse
Uwo muganwakazi - umwana mutoyi wa Meghan n'umugabo wiwe - yavutse mu 2021 haciye umwaka abavyeyi biwe bivanye mu muryango w'ibwami, bakimukira muri Amerika.
Ico RDC ijanye mu kanama k'Umutekano kw'isi ni 'Ijwi ry'umugabane wikoreye umuzigo w'intambara utateje'- Kayikwamba
Mw'ikoraniro ririko ribera ku cicaro c'iri shirahamwe i New York muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika, RD Congo yatowe ejo ku wa 03 Ruheshi nka kimwe mu bihugu ntahoraho bigize aka kanama mu mwaka wa 2026–2027.
DR Congo: Minisitiri w'ubutabera yitabye ubushinjacyaha akekwaho kunyereza imari yo kubaka gereza
Mbere, Mutamba yari yaravuze ko atazigera yitaba umushinjacyaha avuga ko uwo mushinjacyaha na we ubwe hari ibyaha akekwaho.
Umwiyahuzi witurikirizaho igisasu yiciwe mu gitero ku munsi w'abahowe Imana bo muri Uganda – igisirikare
Igisirikare cya Uganda kivuga ko umwiyahuzi witurikirizaho igisasu w'umugore hamwe n'umufatanyacyaha we "batahuwe baricwa".
Ukraine ivuga ko yarashe iteme rya Crimea ikoresheje ibiturika byo munsi y'amazi
Ubutasi bwa Ukraine buvuga ko bwakoresheje ibiro (kg) birenga 1,000 by'ikinyabutabire cya TNT mu gutega ibifashe iryo teme, rinazwi nk'iteme rya Kerch.
M23 yishe abasivile 'benshi' i Goma – Raporo ya HRW
Umuvugizi wa M23 yavuze ko iyo raporo, hamwe n’iya Amnesty International iheruka gusohoka, ari “ibikoresho by’icengezamatwara bikorera ubutegetsi bwa Kinshasa”.
Abantu babiri bishwe n'ibintu biturika i Kampala ku minsi w'Abamaratiri
Abantu babiri bapfuye inyuma y'igisasu caturikiye i Kampala, umurwa mukuru wa Uganda mu gihe ico gihugu cariko kirahimbaza umunsi wo kwibuka Abamaratiri.
Burundi: Abidoga ko imyiyamamazo yaranzwe n'utunenge 'ivyo bavuga ntibifise ishimikiro' – Umushikiranganji Niteretse
Abanyamigambwe, abigenga n'abo mu nani batandukanye bidoga ko imyiyamamazo yaraye irangiye yaranzwemwo utunenge tutari duke.
Ayavugwa mw'igura n'igurishwa ry'abakinyi: kubera iki rizoba mu biringo bibiri mu Bwongereza?
Manchester United yiteze gutangura ibiganiro vyo kugura Bryan Mbeumo wa Brentford, Bayer Leverkusen yanse amahera atangwa na Liverpool kuri Florian Wirtz , Chelsea iriko iriyumvira kugura umukinyi wa Everton Jarrad Branthwaite, ibi n'ibindi ni mu yavugwa mu mupira w'amaguru.
Uko Ukraine yagabye igitero cy'ubwihanduzacumu cyiswe 'Spider Web' ku ndege z'intambara z'Uburusiya
Ku itariki ya mbere y'uku kwezi, 'drone' zirenga 100 za Ukraine zarashe ku ndege z'intambara z'Uburusiya zari ku bibuga biri imbere kure mu Burusiya, mu gitero kinini kandi cy'ubwihanduzacumu.
RD Congo: Tshisekedi yakiriza yompi akamo aterwa na Martin Fayulu
Mu butumwa aha abanyaporitike batatu b’iki gihugu, “Corneille Nangaa, Joseph Kabila na Félix Tshisekedi”, Fayulu agabisha ko batahagabiye igihugu gishobora gushwanyagurika, ico yita “balkanisation”, ijambo risanzwe rivugwa cane kuri iki gihugu.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Bill Gates yashimye uko u Rwanda rukoresha 'Artificial Intelligence' mu kwita ku buzima bw'ababyeyi
Bamwe mu batavugarumwe n'ubutegetsi bw'u Rwanda banenga ubutegetsi gukoresha AI mu bikorwa by'icengezamatwara no kwibasira abanenga ubutegetsi.
'Arashaka amahoro…turashaka amahoro' – Ibirimo kuvugwa n'abahura na Joseph Kabila i Goma
Abatavugarumwe na we banenga Kabila ko imyaka 18 yamaze ari perezida atabashije guha iki gihugu amahoro arambye, cyane cyane i burasirazuba.
Igitero cy'ubwihanduzacumu cya Ukraine cyatanze ubutumwa bukomeye ku Burusiya – no ku burengerazuba
Umunyamakuru wa BBC Paul Adams aratekereza ku ngaruka z'igitero gikomeye cya 'drone' Ukraine yagabye ku ndege z'intambara z'Uburusiya.
Ni izihe ngaruka zo guteka ibiraya vyameze? Birakwiye ko wobifungura?
Hari aho uhora wibaza ko vyoba ari vyiza gufungura ibintu bimaze kuzako imimeramezwa nk'ibiraya canke ibitunguru? Iyi nkuru irasesangura nimba bikwiye gufungura ibintu biba bimaze kuzana imimeramezwa, ingaruka bitera n’ingene bishobora kubikwa kugira ngo ntibiserure bene iyo migera.
Ikirwanisho gishasha giteye ubwoba kiriko gihindura intambara yo muri Ukraine
BBC iragushikana mu ntara ya Donetsk aho za ndege zitajamwo abadereva (drone) zikoreshwa na fibre optique ziriko ziha Uburusiya ububasha budasanzwe kuri Ukraine iri mu ntambara yo kurwanira ibisagara vyayo bigeramiwe.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Video
Ibiganiro bya radiyo
Imikino
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango