Mohamed Salah: Rutahizamu wa Liverpool ni we 'mukinnyi wa mbere mwiza' ku isi – Jurgen Klopp

Igitego cya Salah cyatumye anganya ibitego n'Umunya-Côte d'Ivoire wahoze akinira Chelsea Didier Drogba

Ahavuye isanamu, PA Media

Insiguro y'isanamu, Igitego cya Salah kwa Watford cyatumye anganya ibitego n'Umunya-Côte d'Ivoire wahoze akinira Chelsea Didier Drogba

Umutoza wa Liverpool Jurgen Klopp yavuze ko Mohamed Salah ari we mukinnyi "wa mbere mwiza" ku isi nyuma yuko uyu Munya-Misiri yitwaye neza mu mukino wo ku wa gatandatu banyagiyemo Watford iwayo ibitego 5-0.

Salah yasunikiye Sadio Mané umupira yinjiza igitego cya mbere, na we atsinda igitego cya kane acenze ba myugariro ba Watford.

Klopp yabwiye igitangazamakuru BT Sport ati: "Ari hejuru. Twese turabibona. Ni nde mwiza kumurusha"Abantu barimo guhinga ku nkombe y'uruzi Congo i Brazzaville, ku itariki ya 26 Ukwakira (10) mu 2023, mu gihe ku rundi ruhande rw'uruzi haboneka umurwa mukuru Kinshasa wa Repubulika ya Demokarasi ya Congo. " loading="lazy" style="aspect-ratio:1024 / 576" class="bbc-139onq"/>